Ibyiruka rya Maheru(12) :

Nti : nta cyo bitwaye
Iyo ari bo bakubwiye.
Ayisoma yitonze
Numva yiruhutsa.
Igishyika kiratuza
Amagambo arakunda
Tunywa tuganira.

Kuva kandi uwo munsi
Maheru aba umwana
Uyu wumvira rwose
Wakorora ati : ndaje.

Ntibyashyize kera,
Musabira umukobwa
Barwubaka neza
Babyaranye kabiri.
Imibanire yabo,
Rubanda babizi
Babita mahwane.

Iyo agana mu mahanga
Aba ari imbwa mu zindi
Aho kwicara nk'ubu
Ngo aturane neza
N'abatumye abyiruka.

Byakuwe ..............


Urundi rutonde
Urukumbuzi rwa Sekarama (1) :
Intege z'ubusaza za Sekarama :
Nugururiye Inyange (1) :
Sekarama asaba umwambaro :
Marebe atemba amaribori (1) :
Nyambo iruta ibigarama (1) :
Nacumuye iki Mwimanyi ? (1) :
Ukwibyara gutera ababyeyi ineza (1) :
Naje kubika u Burundi (1) :
Umunyamerwe (1) :
Naje kubara inkuru (1) :
Indyoheshabirayi (1) :
Ibyiruka rya Maheru (1) :
Iriburiro ku bisigo :
Indyoheshabirayi(Ibisobanuro) 1 :
Indyoheshabirayi (2) :
Indyoheshabirayi (3) :
Indyoheshabirayi (4) :
Indyoheshabirayi (5) :
Indyoheshabirayi (6) :
Indyoheshabirayi (7) :
Indyoheshabirayi (8) :
Indyoheshabirayi(Ibisobanuro) 2 :
Indyoheshabirayi(Ibisobanuro) 3 :
Marebe atemba amaribori (2) :
Marebe atemba amaribori (3) :
Marebe atemba amaribori (4) :
Marebe atemba amaribori (5) :
Marebe atemba amaribori (6) :
Marebe atemba amaribori (7) :
Nacumuye iki Mwimanyi ? (2) :
Naje kubara inkuru (2) :
Naje kubara inkuru (3) :
Naje kubara inkuru (4) :
Naje kubika u Burundi (2) :
Naje kubika u Burundi (3) :
Naje kubika u Burundi (4) :
Naje kubika u Burundi (5) :
Ibyiruka rya Maheru (2) :
Ibyiruka rya Maheru (3) :
Ibyiruka rya Maheru (4) :
Ibyiruka rya Maheru (5) :
Ibyiruka rya Maheru (6) :
Ibyiruka rya Maheru (7) :
Ibyiruka rya Maheru (8) :
Ibyiruka rya Maheru(11) :
Ibyiruka rya Maheru (9) :
Ibyiruka rya Maheru(10) :
Ibyiruka rya Maheru(12) :
Indyoheshabirayi (9) :
Indyoheshabirayi(10) :
Indyoheshabirayi(11) :
Indyoheshabirayi(12) :
Indyoheshabirayi(13) :
Indyoheshabirayi(14) :
Indyoheshabirayi(15) :
Indyoheshabirayi(16) :
Indyoheshabirayi(17) :
Indyoheshabirayi(18) :
Indyoheshabirayi(19) :
Indyoheshabirayi(20) :
Indyoheshabirayi(21) :
Indyoheshabirayi(22) :
Indyoheshabirayi(23) :
Indyoheshabirayi(24) :
Indyoheshabirayi(25) :
Indyoheshabirayi(26) :
Indyoheshabirayi(27) :
Indyoheshabirayi(28) :
Indyoheshabirayi(29) :
Nugururiye Inyange (2) :
Nugururiye Inyange (3) :
Nyambo iruta ibigarama (2) :
Nyambo iruta ibigarama (3) :
Ukwibyara gutera ababyeyi ineza (2) :
Ukwibyara gutera ababyeyi ineza (3) :
Ukwibyara gutera ababyeyi ineza (4) :
Ukwibyara gutera ababyeyi ineza (5) :
Ukwibyara gutera ababyeyi ineza (6) :
Ukwibyara gutera ababyeyi ineza (7) :
Ukwibyara gutera ababyeyi ineza (8) :
Ukwibyara gutera ababyeyi ineza (9) :
Ukwibyara gutera ababyeyi ineza(10) :
Ukwibyara gutera ababyeyi ineza(11) :
Ukwibyara gutera ababyeyi ineza(12) :
Umunyamerwe (2) :
Urukumbuzi rwa Sekarama (2) :